Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Zekariya 3:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Umumarayika w’Uhoraho yihanikiriza Yosuwa,

Gade chapit la Kopi




Zekariya 3:6
11 Referans Kwoze  

Maz’ anyereka Yosuwa umuherezi mukuru ahagaze imbere y’umumarayika w’Uhoraho, na Satani ahagaze i buryo bgiwe ngw amurege.


mbere yahotoranye n’umumarayika, aramunesha; ararira, aramwinginga; i Beteli ni ho yayīboneye, kand’ aho ni ho yavuganiye na we,


Kuko nihanikirije rwose ba sogokuruza banyu, mpereye umusi nabakūriye mu gihugu ca Egiputa ngashitsa no kur’ uyu musi, nzinduka mbihanikiriza, mvuga nti Ni munyumvire.


Yababaranye na bo mu mibabaro yabo yose, kand’ umumarayika yama ahagaze mu nyonga ziwe yarabakiza: urukundo rwiwe n’ikigongwe ciwe ni vyo vyamuteye kubacungura; yarabaterura akabaheka imisi yose ya kera.


Ndasaba, nti Ni bamwambike igitambara ciza mu mutwe. Nuko bamwambika igitambara ciza mu mutwe, bamwambika n’imyambaro, umumarayika w’Uhoraho ahagazeho.


at’ Uku ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, ati Ni wagendera mu nzira zanje, ukitondera ivyo nakujeje, nawe uzogaba ivyo mu ngoro yanje, urinde n’urugo rwanje, kandi nzoguha ubgishikira hagati mur’ aba bahagaze hano.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite