5 Hahirwa ūfise umutana buzuyemwo: Abameze bartyo ntibazotētērwa Ni bagira ico bavuganira n’abansi babo mu marembo.
Mwana wanje, uce ubgenge, unezereze umutima wanje, Kugira ngo ngire ico nishura uwontuka.
Abana biwe bari kure y’ ubuhungiro; Bahonyorerwa mw irembo, Ata wo kubakiza.
yibonera abuzukuru ba Efurayimu; n’abana ba Makiri mwene Manase abahindura abana biwe.
Ni yo Mana impōra, Ikangandūrira amahanga nkayaganza.
Yar’ afise abahungu ndwi n’abakobga batatu.