4 Nk’ukw imyampi yo mu ntoke z’umuhizi iri, Ni kw abana bo mu busore bamera.
Abuzukuru ni bo gitsibo c’ abatāma, Kand’ icubahiro c’abana ni ba se.
Abana biwe bava hasi bakamuhezagira, N’umugabo wiwe na we, akamushemagiza,
Kuko rāba, nzoyagamvya ikoraniro ry’amahanga ahambaye aturutse i burārūko, ngw adūge atere i Babuloni: kandi bazotonda urugamba kuharwanya; bazohatsinda bahereye kur’ urwo ruhande: imyampi yabo izoba nk’iy’ umuhizi w’umuhanga: nta wuzogwa hasi.
N’imyampi isongoye y’abahizi, N’amakara y’igiti c’umurotemu.