Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yosuwa 1:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Kandi Yosuwa abarira Abareyubeni n’Abagadi n’igice c’umuryango wa Manase,

Gade chapit la Kopi




Yosuwa 1:12
5 Referans Kwoze  

arababarira, at’ Ivyo Mose umusavyi w’Uhoraho yabageze vyose, mwarabishikije; kandi nanje mwaranyumviye mu vyo nabageze vyose.


Maze Yosuwa ahamagaza Abareyubeni n’Abagadi n’ ab’igihimba c’umuryango wa Manase;


Mu Bareyubeni n’Abagadi n’igihimba c’umuryango w’Abamanase, hārimw’ abantu b’intōre, bar’ abahinga bo gutwara inkinzo n’inkota no kurasana, b’abahinga bazi kurwana; bose na bose bār’ ibihumbi mirongwine na bine n’amajana ndwi na mirongwitandatu, bazi kurwana.


Kandi bagenzi biwe bār’ ibihumbi bibiri n’amajana ndwi, abantu b’ abahizi, abakuru bo mu mazu ya ba sekuruza; ni bo umwami Dawidi yagize ababgiriza ku Bareyubeni n’Abagadi n’ab’ igihimba c’umuryango w’Abamanase, ngo bababgirize mu biherereye ku vy’ Imana no mu biherereye ku vy’i bgami.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite