Yosuwa 1:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 ati Ni mugende munyuranganye aho mushagaje, mubarire abantu, muti Ni murondere impamba, kuko mu misi itatu muzojabuka rurya ruzi Yorodani, kugira ngo mwinjire ico gihugu Uhoraho Imana yanyu yabahaye ngo mucegukire. Gade chapit la |