Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yona 4:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Nuko Yona ava mur’ ico gisagara, yicara ku ruhande rwaco rw’i burasirazuba; aba ari ho aca agasago, yicara muri ko mu gatūtu, yiteze kurāba amaherezo yaco.

Gade chapit la Kopi




Yona 4:5
10 Referans Kwoze  

Maze Eliya akumvise, yipfuka umutamana wiwe mu maso, arasohoka ahagarara ku muryango w’iryo senga. Haza ijwi rimubaza, rit’ Ukora iki hano ga Eliya?


Ashitseyo, yinjira mw isenga, abaho; maz’ ijambo ry’Uhoraho rimuzako, riramubaza, rit’ Ukora iki hano ga Eliya?


Icaha ciwe c’igono ni co candakije ndamukubita, ndihisha, ndaraka: yamar’ ashishikara gukikamira mu nzira ikundwa n’umutima wiwe.


Abasoza baratinya, umuntu wese yambaza imana yiwe; baterera mu kiyaga ibintu vyari mu bgato ngo baburemurure. Ariko Yona we yari yamanutse mu gafuruka ko mu bgato gahera epfo, yigaramiye yisinziriye.


Iyo mvuze, nti Sinzosubira kumuvuga, canke ngo ngire ico mvuga mw izina ryiwe, haca haba nk’umuriro uyingana mu mutima wanje, uhīshije uburimbi amagufa yanje, bikangora kwiyumanganya, nkaba ntobishobora.


Uhoraho aramubaza, ati Mbega k’uratse urtyo, ugize neza?


Maz’ Uhoraho Imana ameza ikibonobono, gitagarara hejuru y’ aho Yona ari, kugira ngo kimubere igitūtu ku mutwe, kimworohereze amagorwa yarimwo. Maze Yona agira umunezero mwinshi kubg’ ico kibonobono.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite