Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yona 1:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Baca baramubaza, bat’ Enda utubarire ūtumye duterwa ibi vyago; ukora igikorwa ki? ur’ uwa hehe? ur’ uwo mu kihe gihugu? ur’ ubgoko ki?

Gade chapit la Kopi




Yona 1:8
5 Referans Kwoze  

Farawo abaza bene se ba Yosefu, at’ Umwuga wanyu n’umuki? Bishura Farawo, bat’ Abasavyi bawe tur’ abama baragira, twebge ubgacu uhereye no kuri ba sogokuruza.


Dawidi aramubaza, at’ Ur’ umuntu wa nde? Kand’ ur’ uwa hehe? Na we aramwishura, ati Nd’ umuhungu wo muri Egiputa, umugurano w’ Umwamaleki; kandi hashize imisi itatu databuja antaye, kuko nari ndwaye.


Maze Yosuwa abarira Akani, ati Mwana wanje, enda ni wubahe Uhoraho Imana y’Abisirayeli, uyishire hejuru; mbarira ico wakoze, ntumpishe.


Mwaturanire ivyaha vyanyu, musengeranire, kugira ngo mukire indwara. Ugusaba kw’umugororotsi kugira ikimazi kuri vyinshi mu gikorwa cakwo.


Sauli araheza abgira Yonatani, ati Mbarira ico wakoze. Yonatani aramwishura, ati Nakojeje inkoni nari nitwaje mu mutsāma w’ubūki, ndumviriza; none rero ndemeye gupfa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite