Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Bamwe mu Bafarisayo bāri kumwe na we bumvise ivyo, bati Mbega natwe tur’ impumyi?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Bamwe mu Bafarisayo bari kumwe na we, bumvise ayo majambo, baramubaza bati: “Ushaka kuvuga ko natwe turi impumyi?”

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:40
8 Referans Kwoze  

Kuk’ uvuga, uti Nd’ umukire ndatunze kandi nta co nkennye; ntumenye yukw ari wewe mutindi, wafutanye, ur’ umworo, ur’ impumyi, ugenda amēnya;


Baramwishura, bati Wewe wavukiye mu vyaha gusa gusa, ni wewe utwigisha? Bamuhindira hanze.


Yesu arababgira, at’ Iyo muba mwar’ impumyi, nta caha muba mufise, ariko noneho muvuga muti Turabona: icaha canyu camaho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite