Yohana 9:39 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Yesu aravuga, ati Naje mur’ iyi si kuba agahinyuza, ngw abatabona babone, n’ababona babe impumyi. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe39 Yesu aca aravuga ati: “Naje muri iyi si guca urubanza, kugira ngo impumyi zihumuke, maze abibaza ko babona na bo ndabereke ko ari impumyi.” Gade chapit la |