26 Baramubaza, bati Yakugiriye ate? Yahumūye amaso yawe ate?
26 Baramubaza bati: “None yakoze iki? Yaguhumuye gute?”
Na we arabishura, ati Namb’ ar’ umunyavyaha sindabizi: ico nzi ni kimwe, n’uko nar’ impumyi, none nkaba mbona.
Arabishura, ati Namaze kubibabgira, ko mutavyumvise? Mugombera iki gusubira kuvyumva? Mbega namwe mugomba kuba abigishwa biwe?
Wishure igipfu amagambo akwiranye n’ubupfu bgaco, Kugira ngo nticirate ko gifise ubgenge.
Babaza Baruki, bati Tubarire, mbeg’ ayo majambo yose wayanditse ute? Wayakūye mu kanwa kiwe?
Abanyabgenge b’ivyanditswe bo n’Abafarisayo baramugenza ngo barābe kw akiza kw isabato, ngo baronke ingene bomurega.
Nuko baramubaza, bati Mbega non’ amaso yawe yahumūtse ate?
Abafarisayo basubira kumubaza ingene yahumūtse, na we arababgira, ati Yansīze utwondo ku maso, ndiyuhagira, ndahumūka.