Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Na we arabishura, ati Namb’ ar’ umunyavyaha sindabizi: ico nzi ni kimwe, n’uko nar’ impumyi, none nkaba mbona.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Arabishura ati: “Aba umunyavyaha, ataba we, ivyo nta co ndabiziko. Ico nzi ni uko nahora ndi impumyi ariko ubu nkaba mbona.”

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:25
5 Referans Kwoze  

Uwizera Umwana w’Imana ni we afise iyo ntahe muri we; ūtizera Imana aba ayigize umubeshi, kukw atemeye intahe Imana yashingiye Umwana wayo.


Wa muntu arabishura, at’ Erega n’igitangaza ko mutazi ah’ aturuka, kand’ ari we yahumūye amaso yanje.


Na we arabishura, at’ Uwankijije ni we yambariye at’ Ikorere ikirago cawe, ugende.


Maze bahamagara ubugira kabiri wa muntu yahora ar’ impumyi, baramubgira, bati Ni wubahe Imana, twebge tuzi yuk’ uwo muntu ar’ umunyavyaha.


Baramubaza, bati Yakugiriye ate? Yahumūye amaso yawe ate?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite