Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 barababaza, bati Mbeg’ uyu n’umwana wanyu, mwebge muvuga ko yavutse ar’ impumyi? None yahumūtse ate?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Bashitse, barababaza bati: “Uwu yoba ari umuhungu wanyu? Yoba yavutse ari impumyi? None habaye iki ko abona?”

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:19
5 Referans Kwoze  

kandi babonye uwo muntu yakijijwe ahagararanye na bo, babura ico bavuga.


bamenya kw ari we yahora yicara kw irembo ry’urusengero ryitwa Ryiza asēgerereza; barumirwa cane, batangazwa n’ibimubayeko.


Maz’ Abayuda ntibemera ivy’ uwo, yuko yamye ar’impumyi, agaheza agahumūka, kugeza aho bāhamagariye abavyeyi b’uwahumūtse,


Abavyeyi biwe barabishura, bat’ Uyu turazi kw ar’ umwana wacu, kandi ko yavutse ar’ impumyi;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite