Yohana 9:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Maz’ Abayuda ntibemera ivy’ uwo, yuko yamye ar’impumyi, agaheza agahumūka, kugeza aho bāhamagariye abavyeyi b’uwahumūtse, Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe18 Abakuru b’Abayuda baranse kwemera ko yahora ari impumyi none akaba yakize, kugeza batumyeko abavyeyi biwe. Gade chapit la |