Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 9:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Kand’ uwo musi war’ isabato, Yesu yavurunzek’ utwondo, agahumūra amaso yiwe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 kuko Yesu yari yavuruze utwondo, agakiza iyo mpumyi ku musi w’Isabato.

Gade chapit la Kopi




Yohana 9:14
11 Referans Kwoze  

Buno nyene uwo muntu arakira, yikorera ikirago ciwe, aragenda. Arik’ uwo musi hari kw isabato.


Ni co catumye Abayuda bahama Yesu, kuko yakoze ivyo kw isabato.


Yinjiye mu nzu y’umwe mu bakuru b’Abafarisayo kw isabato kurya, baramugenza.


Kandi kw isabato, agenda aca mu mirima y’ingano; abigishwa biwe bakigenda batangura kumyōza ingano.


Avuze ivyo, acira amate hasi, avurungisha amate utwondo, araheza amusīga utwo twondo ku maso;


Umwe yahora ar’impumyi bamujana ku Bafarisayo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite