Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 8:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Abanyabgenge b’ivyanditswe bo n’Abafarisayo bamuzanira umugore, afashwe asambana, bamushira hagati,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Abigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo bazana umugore bafashe ariko arasambana, bamuhagarika imbere y’abari aho bose.

Gade chapit la Kopi




Yohana 8:3
10 Referans Kwoze  

Mu gaturuturu asubira mu rusengero, abantu bose baza ah’ ari, aricara arabigisha.


baramubgira, bati Mwigisha, uyu mugore bamuturumbukiyeko arikw arasambana.


Na bo bavyumvise basohoka isorōsoro, uhereye k’ūkuze ugashitsa ku muto, Yesu asigara wenyene, bo na wa mugore yar’ ahagaze hagati.


Babashize hagati, barababaza, bati N’ubushobozi ki, canke n’izina ki, vyabateye gukora ivyo?


Abasanze azitoragura bamuzanira Mose na Aroni n’ishengero ryose.


Kandi nzogucira urubanza ruhwanye n’urwo bacira abagore b’abasambanyikazi n’abagore bavisha amaraso; ishavu n’ifuhe ngufitiye nzotuma bikuvisha amaraso nawe.


Kand’ abagororotsi ni bo bazobacira urubanza ruberanye n’abasambanyikazi, kandi ruberanye n’abagore b’abicanyi; kukw ar’ abasambanyikazi koko, kand’ amaraso bavishije ari ku ntoke zabo.


Akoranya abaherezi bakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe bose bo mur’ ubgo bgoko, arababaza, ati Kristo azovukira hehe?


Umwe yahora ar’impumyi bamujana ku Bafarisayo.


None rero, umugabo wiwe akiriho, yokwābīrwa n’uwundi mugabo, yokwitwa umusambanyikazi: arik’ umugabo wiwe iy’ apfuye, ntaba akiganzwa n’ivyagezwe, bituma atoba umusambanyikazi, naho yokwābīrwa n’uwundi mugabo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite