Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 8:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Nuko baramubaza, bat’ Uri nde, wewe? Yesu arabishura, ati Nd’ ico nababgiye uhereye ubga mbere.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Baramubaza bati: “None uri nde?” Yesu arabishura ati: “Ndi urya namye ndababwira ko ndi kuva mu ntango.

Gade chapit la Kopi




Yohana 8:25
9 Referans Kwoze  

Yesu yongera kubabgira, ati Jewe nd’ umuco w’isi, ūnkurikira nta ho azogenda mu mwiza, arikw azogira umuco w’ubugingo.


bati Namb’ uri Kristo, tubgire. Arababgira, ati N’iyo nobabgira, ntimwovyemera;


asubira kwinjira mw iboma, abaza Yesu, at’ Ur’ uwa hehe? Ariko Yesu ntiyamwishura na rimwe.


Baramubaza, bati Non’ uri nde, ngo tuje kwishura abādutumye? Kuri wewe wivuga ute?


Abayuda baramukikiza, baramubaza, bat’ Uzogeza ryari gutera imitima yacu kujuragira? Asangw’ uri Kristo bidufoborere.


Uku ni kwo gushinga intahe kwa Yohana, ah’ Abayuda bāmutumakw abaherezi n’Abalewi bavuye i Yerusalemu, ngo bamubaze, bat’ Uri nde?


Ico ni co gitumye mbabgira ko muzopfira mu vyaha vyanyu; kuko ni mutizera ko ndi We, muzopfira mu vyaha vyanyu.


Mfise ivyo kubabarira vyinshi, no kubacira urubanza. Kand’ uwantumye n’uw’ ukuri; ivyo namwumvanye ni vyo mvuga mw isi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite