Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 8:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Yesu yunamutse aramubaza, ati Yewe mugore, bamwe bakureze bari hehe? Nta n’umwe aguciriye urubanza?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Yesu arunamuka aramubaza ati: “Mbega abariko barakwagiriza bagiye he? Nta n’umwe yaguciriye urubanza?”

Gade chapit la Kopi




Yohana 8:10
3 Referans Kwoze  

Maze bakobeje kumubaza, arunamuka, arababgira, at’ Ūtagira icaha muri mwebge n’abe ari we abanza kumutera ibuye.


Na bo bavyumvise basohoka isorōsoro, uhereye k’ūkuze ugashitsa ku muto, Yesu asigara wenyene, bo na wa mugore yar’ ahagaze hagati.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite