Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 7:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ababgiye ivyo, aguma i Galilaya.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Ahejeje kubabwira ivyo, aca aguma mu ntara ya Galilaya.

Gade chapit la Kopi




Yohana 7:9
2 Referans Kwoze  

Mwebge ni mudūge kumara iyo misi mikuru, ariko jeho sindayidūgako, kukw igihe canje kitaragera.


Bene nyina bamaze kudūga i Yerusalemu kumara iyo misi mikuru, na we aradūga, ntiyibonekeza, arikw agenda nk’uwomba.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite