Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 7:51 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

51 ati Mbeg’ ivyagezwe vyacu biratsindisha umuntu batabanje kumwumva no kumenya ico yakoze?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

51 “Mbega Ivyagezwe vyacu biratwemerera gucira urubanza umuntu tutabanje kumwumviriza ngo tumenye ivyo yakoze?”

Gade chapit la Kopi




Yohana 7:51
8 Referans Kwoze  

Ūwishura atarumva Bimubera ubupfu n’agatētereza.


Nti Ntimuze muce urwa nkunzi, nt’ Ariko muze mwumvirize aboroshe n’abahambaye, mubanganye: nti Ntimuze mutinye umuntu ku kigohe, kukw imanza ar’ iz’ Imana. Nti Kand’ urubanza ruzobananira, muze murunzanire, ndarwumvirize, ndaruce.


Maze Paulo aramubgira, at’ Imana izogukubita, wa rusika rukuyengejekw ingwa: mbega wewe ko wicaritswe no kuncira urubanza nk’ukw ivyagezwe biri, ugatako ukavuga ko bankubita ukanyuranya n’ivyagezwe?


Umuntu mu kw apfa, aze yicishwe n’ ivyabona bibiri canke bitatu bimwagirije; arikw icabona kimwe ntikize cagirize umuntu ngo yicwe.


Ntimuze mwāmāmaze inkuru z’ibinyoma; ntihaze hagire uwifatanya n’ikigāba kuba icabona c’ibinyoma.


Ni hagira uwica uwundi, uwo mwicanyi aze yicishwe n’ivyabona bimwagirije; arikw icabona kimwe ntikize cagirize umuntu ngo yicwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite