Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 7:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Bamwe mw ishengero bumvise ayo majambo, bati N’ukuri uyu ni wa muntu avugishwa n’Imana.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Bumvise ayo majambo, bamwe mu bantu bari aho baravuga bati: “Ni ivy’ukuri uwu muntu ni uwuvugishwa n’Imana!”

Gade chapit la Kopi




Yohana 7:40
6 Referans Kwoze  

Abo mw ishengero barabishura, bat’ Uyo n’ūvugishwa n’Imana, Yesu w’i Nazareti i Galilaya.


Baramubaza, bati None se bimeze bite? Uri Eliya? Ati Sindi we. Bat’ Uri wa muntu avugishwa n’Imana? At’ Oya.


Bano bantu babonye ikimenyetso akoze, baravuga, bati N’ukuri uyu ni wa muntu avugishwa n’Imana yar’ akwiye kuza mw isi.


Uno mugore aramubgira, ati Mugenzi, ndabona k’ur’ umuntu avugishwa n’Imana.


Haba ivyongoshwe vyinshi mw ishengero bamuvuga: bamwe bati N’umuntu mwiza, abandi bat’ Oya, arazimiza abantu.


Amaze kuvuga artyo, Abayuda bagenda bahāririzanya bikomeye.]


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite