Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 7:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Muzondondera, ariko ntimuzombona, kand’ iyo nzoba ndi ntimuzoshobora gushikayo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Muzondondera ariko ntimuzombona; kandi ntimushobora gushika aho ngiye.”

Gade chapit la Kopi




Yohana 7:34
12 Referans Kwoze  

Data, abo wampaye ndagomba kw aho ndi na bo bahabana nanje, ngo barābe ubgiza bganje wampaye, kuko wankunze itanguriro ry’isi ritarashirwaho.


Yesu aramubgira, ati Ni jewe nzira n’ukuri n’ubugingo: nta wushika kuri Data ntamujanye.


Kandi ko ngiye kubategurira ahanyu, nzogaruka kubajana i wanje, ngw aho ndi namwe abe ari ho muba.


Kuko mbabgira yuko mutazosubira kumbona kuva ubu, kugeza aho muzovugira, muti Hashemezwe ūje mw izina ry’Uhoraho.


Bazojana imikuku yabo n’amasho yabo baja kurondera Uhoraho, ariko ntibazomubona! Azoba yitandukanije na bo.


Mbeg’ iryo jambo atubgiye n’iriki, ngo Muzondondera, ariko ntimuzombona, kandi ngw Iyo nzoba ndi mwebge ntimuzoshobora gushikayo?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite