Yohana 7:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Uyo ko tuzi aho yaturutse, ariko Kristo ah’azozira, nta wuzi ah’ azoturuka. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe27 Ariko turazi iyo uwu mugabo ava; Kristo ni yaza, nta muntu n’umwe azomenya iyo aje ava.” Gade chapit la |