Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 7:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Maz’ Abayuda bamurondera mur’ iyo misi mikuru, bati Mbega wa wundi ari hehe?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Kuri uwo musi mukuru, abakuru b’Abayuda bariko bararondera Yesu, babaza bati: “Ari he?”

Gade chapit la Kopi




Yohana 7:11
6 Referans Kwoze  

Maze barondera Yesu, babazanya bahagaze mu rusengero, bati Mbega, mugira ngw iki? Ubgo ntazoza mur’ iyi misi mikuru?


Uku ni kwo gushinga intahe kwa Yohana, ah’ Abayuda bāmutumakw abaherezi n’Abalewi bavuye i Yerusalemu, ngo bamubaze, bat’ Uri nde?


Hanyuma y’ivyo Yesu agendagenda i Galilaya: ntiyashaka kugendagenda i Yudaya, kukw Abayuda bārondera ingene bomwica.


Ariko nta n’umwe yamuvuze atobora, kuko batinya Abayuda.


Abayuda baratangara, bati Mbeg’ uyu yakūye ubgenge hehe, atigishijwe?


Baramubaza, bat’ Ari hehe? Ati Sindahazi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite