Yohana 6:57 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)57 Nk’uko Data w’ubugingo yantumye, nanje ndiho kubga Data, ni k’ūndya na we azobaho kubganje. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe57 Data yantumye ni muzima kandi ndiho ku bwiwe; ni ko n’uwundya na we azobaho ku bwanje. Gade chapit la |