43 Yesu arabishura, ati Nta co mugira imyidodombo muri mwebge.
43 Yesu arabishura ati: “Nimureke kwidoga hagati muri mwebwe.
Kand’ imbere yayo nta caremwe gihishijwe, ariko vyose vyambaye ubusa, biragaragara, imbere y’inyonga z’Iyizotubaza ivyo twakoze.
Ariko muri mwebge hariho bamwe batizera. Kuko Yesu yahereye ubga mbere azi abatizera ab’ ari bo, n’ūzomugura uw’ ari we.
Yesu amenya ko bagomba kumubaza, arababaza, ati Mbega mubazanya ic’ ari co, ko mbabariye nti Hasigaye igihe gito ntimube mukimbona, nti Maze hazoca ikindi gihe gito musubire kumbona?
Bashika i Kaperinawumu. Yinjiye mu nzu arababaza, ati Mwāhārīra ibiki mu nzira?
Yesu arabimenya, arababaza, ati Yemwe ab’ukwizera guke, n’iki gitumye mwībūranya ngo nta mitsima mufise?
Bat’ Uyu si we Yesu mwene Yosefu? Na se na nyina turabazi: non’ avuga ate ngo Namanutse mva mw ijuru?
Nta n’umwe ashobora kuza kuri jewe Data yantumye atamukwegereye; nanje nzomuzura ku musi w’iherezo.