Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 6:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Bumva bakunze kumushira mu bgato, buno nyene buca bushika i musozi aho bāja.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Nuko bashaka kumwuriza mu bwato, ariko buba burashitse ku nkengera aho bari bagiye.

Gade chapit la Kopi




Yohana 6:21
7 Referans Kwoze  

Aratambuka, aja mu bgato bārimwo: umuyaga uraca. Barumirwa cane mu mitima yabo:


Ehe mpagaze ku rugi, ndaramukije. Umuntu ni yumva ijwi ryanje, akugurura urugi, ndinjira i we, dusangire.


Mmaze kubarēngāna gato Mbona uwo umutima wanje ukunda; Ndamufata, nanka kumurekura, Kugeza aho namushikanye mu nzu ya mama, Mu nzu y’uwamvyaye.


Maz’ arababgira, ati Ni jewe, nta co mutinya.


Bukeye bg’aho, rya shengero ryari rihagaze hakurya y’ikiyaga, rimenye kw ata bundi bgato bgāriho atari bumwe, kandi yuko na Yesu atājanye n’abigishwa biwe mu bgato, arikw abigishwa biwe ni bo bāri bījanye:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite