16 Buhwibiriye, abigishwa biwe bamanuka ku kiyaga,
16 Bugorovye, abigishwa ba Yesu bamanuka ku kiyaga.
Yesu na we atorerwa ubukwe, bo n’abigishwa biwe.
batambukira mu bgato, bajabuka baja hakurya y’ikiyaga i Kaperinawumu. Bgateranye Yesu atarabashikīra;
Bgagorovye, bga bgato bushitse mw idamba, ariko we yar’ i musozi wenyene.