Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 6:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Yesu amenye ko bagira baze kumufata ngo bamwimike, asubira ku musozi ari wenyene gusa.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Yesu amenye ko bagira baze ngo bamwimike ku nguvu nk’umwami, aca asubira ku musozi ari wenyene.

Gade chapit la Kopi




Yohana 6:15
14 Referans Kwoze  

Yesu aramwishura, at’ Ubgami bganje s’ubgo mur’ iyi si; iyaba ubgami bganje bgar’ ubgo mur’ iyi si, abagendanyi banje baba bārwanye, ngo simpabge Abayuda. Ariko noneh’ ubgami bganje s’ubg’ ino.


bati Hashemezwe Umwami, aje mw izina ry’Uhoraho, Amahoro abe mw ijuru, Icubahiro kibe ahasumba ijuru.


Abar’ imbere yiwe n’abamukurikiye barasemerera, bati Hoziyana, hashemezwe ūje mw izina ry’Uhoraho,


Kand’ imbere yayo nta caremwe gihishijwe, ariko vyose vyambaye ubusa, biragaragara, imbere y’inyonga z’Iyizotubaza ivyo twakoze.


Singomba gushimwa n’abantu,


Yesu adūga umusozi, yicaranayo n’abigishwa biwe.


Abonye iryo shengero, adūga umusozi. Amaze kwicara, abigishwa biwe baramwēgēra.


Bukeye bg’aho, rya shengero ryari rihagaze hakurya y’ikiyaga, rimenye kw ata bundi bgato bgāriho atari bumwe, kandi yuko na Yesu atājanye n’abigishwa biwe mu bgato, arikw abigishwa biwe ni bo bāri bījanye:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite