Yohana 6:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Maze Yesu yābīra ya mitsima, arayihezagira, ayigaburira abicaye, n’ifi na zo nk’uko bagomba. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe11 Yesu afata ya mikate, ayishimira Imana, ayiha abari bicaye aho. Na za fi azigenza uko. Abantu bararya barikura. Gade chapit la |