Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 5:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 Jewe naje mw izina rya Data, ntimwanyakīra: ni hagira uwundi aza mw izina ryiwe ubgiwe, we muzomwākīra.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

43 Naje mw’izina rya Data, ariko ntimwanyakira; yamara nihagira uwundi aza mw’izina ryiwe ubwiwe, muzomwakira.

Gade chapit la Kopi




Yohana 5:43
13 Referans Kwoze  

Yesu arabishura, ati Narababgiye, ariko ntimwizera: ibikorwa nkora mw izina rya Data, ni vyo binshingira intahe.


Kuko benshi bazoza mw izina ryanje, bati Ni jewe Kristo, kandi bazozimiza benshi.


Kuko ntākūwe mw ijuru no gukora ivyo nigombera, ariko nazanywe no gukora ivy’ uwantumye agomba.


Data, shimagiza izina ryawe. Maz’ ijwi riva mw ijuru, riti Ndarishimagije, kandi nzokwongera kurishimagiza.


Kuko hazokwaduka abīgira Kristo n’abīgira abavugishwa n’Imana, bagakora ibimenyetso bihambaye n’ibitangaza, kugira ngo bazimize n’abātoranijwe ni vyashoboka.


Kuk’ urukundo Imana yakunze abari mw isi ari rwo rwatumye itanga Umwana wayo w’ikinege, ng’ ūmwizera wese ntaz’ apfe rubi, arikw ahabge ubugingo budashira.


Si wewe wa Munyegiputa yateye umugararizo mu gihe gishize, akajana mu bugaragwa abantu b’abicanyi ibihumbi bine?


Uko ni ko wibukirije ubushakanyi bgo mu buto bgawe, igihe Abanyegiputa bakabakaba amabere yawe, bagakorakora ku mabere yo mu bukumi bgawe.


ariko mwebge ndabazi yuko mutagira urukundo rw’Imana mu mitima yanyu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite