Yohana 5:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 ariko mukanka kuza kuri jewe ngo muronke ubugingo. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe40 yamara ntimushaka kuza aho ndi ngo muronke ubwo bugingo. Gade chapit la |
Mbeg’ aho naza, n’iki catumye ntagira uwo ndahasanga, ngahamagara, ntihagire uwitaba? Mbeg’ ukuboko kwanje kwabaye kugufi ngo kunanirwe gucungura? Canke se nta bubasha mfise bgo kurokora? Ereg’ iyo nkankamiye ikiyaga ndagikamya, inzūzi ndazihindura ubugaragwa; amafi yari muri zo aranuka, kukw ata mazi ariho, yatikijwe n’inyota.