Yohana 5:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Igihe kiza, kandi kirashitse, ah’ abapfuye bazokwumvira ijwi ry’Umwana w’Imana, kand’ abazoryumva bazoba bazima. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe25 Ndababwire ukuri, igihe kiraje kandi kirashitse, aho abapfuye bazokwumva ijwi ry’Umwana w’Imana kandi abazoryumva bazogira ubugingo. Gade chapit la |