Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 5:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Arik’ uwakijijwe ntiyar’ azi uw’ ari we, kuko Yesu yaciye yīgīra, kukw aho hantu hār’ abantu benshi.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Wa muntu yakize ntiyari azi uwamukijije awo ari we, kuko Yesu yaciye yigira, kandi aho hantu hari abantu benshi.

Gade chapit la Kopi




Yohana 5:13
6 Referans Kwoze  

Uruhuni rubava ku maso, baramumenya: maz’ arakamangana, ntibāba bakimubona.


arikw aca hagati muri bo, arīgīra.


Yesu aramubaza, ati Mbega ko nabanye namwe igihe kingana girtyo, nturakaruha ummenya ga Filipo? Ūbonye jewe aba abonye Data: non’ uvuga ute ngo Twereke So?


Baca batora amabuye yo kumutera, maze Yesu arihisha, ava mu rusengero.


Baramubaza, bat’ Uyo muntu ni nde yakubariye ngw Ikorere ugende?


Hanyuma y’ivyo Yesu amubona mu rusengero, aramubgira, ati Rāba wakize; ntugasubire gukora icaha, kugira ngo ntuz’ ubone ibiruta ivya mbere.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite