Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Kukw abigishwa biwe bari bagiye mu gisagara kugura indya.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 (Ico gihe, abigishwa biwe bari bagiye mu gisagara kurondera ivyokurya.)

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:8
7 Referans Kwoze  

Benshi mu Basamariya bo mur’ ico gisagara bamwizera kubg’ amajambo ya wa mugore, yavuze ashinga intahe, at’ Ambariye ivyo nakoze vyose.


Nukw ashika ku gisagara c’i Samariya citwa Sukara, hafi y’umusozi Yakobo yahaye Yosefu, umuhungu wiwe,


Arababarira, ati Mube ari mwebge mubagaburira. Baramubgira, bati Nta kindi dufise, atar’ udutsima dutanu n’udufi tubiri, shiti tugiye gusumira aba bantu bose.


Yesu na we atorerwa ubukwe, bo n’abigishwa biwe.


Haza umugore w’Umusamariyakazi kuvoma: Yesu aramubgira, at’ Umpe utwo kunywa.


Bun’ abigishwa biwe barashika, batangazwa n’ukw avugana n’umugore: ariko nta wavuze, at’ Urondera iki? Canke ngo Muvuganira na we iki?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite