Yohana 4:52 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Abasiguza cane igihe yatanguye kworoherwa. Baramubgira, bat’ Ejo, kw isaha ndwi, ni ho umururumbo wamuvuyeko. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe52 Ababajije igihe umuhungu wiwe yakiriye, bamubwira bati: “Ejo isaha indwi z’umuhingamo ni ho umururumbo wahera.” Gade chapit la |