Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:49 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 Uwo mutware ati Mugenzi, ngwino se umanuke umwana wanje atarapfa.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

49 Wa mutware akora i bwami aramubwira ati: “Nyakwubahwa, ingo tujane iwanje umwana wanje ataracikana.”

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:49
6 Referans Kwoze  

aramwinginga cane, at’ Akana kanje k’agakobga kari ku mpfiro, ndakwinginze, n’uze se, umurambikekw ibiganza, akire, abeho.


Ariko jeho nd’ umugorwa, nd’ umukene: Yamar’ Uhoraho arambabara. Ni wewe mutabazi wanje n’ umurokozi wanje: Ntutebe Mana yanje.


Yesu aramubgira, at’ Iyo mutabonye ibimenyetso n’ibitangaza nta ho mwizera na mba.


Yesu aramubarira, ati Ni wīgīre, umwana wawe ni muzima. Uwo muntu yizera ijambo Yesu amubgiye, aragenda.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite