Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:47 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

47 uyo yumvise ko Yesu avuye i Yudaya ashitse i Galilaya, aza kuri we, aramwinginga ngw amanuke gukiza umwana wiwe, kuko yari ku mpfiro.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

47 Yumvise ko Yesu yashitse i Galilaya avuye i Yudaya, aja iyo ari aramwinginga ngo aje i Kaperinawumu amukirize umuhungu wiwe yari ku mpfiro.

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:47
12 Referans Kwoze  

ava i Yudaya, asubira i Galilaya.


Kandi kukw i Luda hāri hafi y’i Yopa, abigishwa, bumvise ko Petero ari yo ari, bamutumakw abantu babiri, bamwinginga, bati Ntutebe kudushikīra.


Mariya ashitse aho Yesu ari, amubonye, yikubita imbere y’ibirenge vyiwe, ati Mugenzi, iy’ uba wari hano, musazanje ntaba yāhwereye.


Marita abgira Yesu, ati Mugenzi, iy’ uba wari hano, musazanje ntaba yāhwereye.


Ico ni co kimenyetso ca kabiri Yesu yakoze, avuye i Yudaya ashitse i Galilaya.


Maze haza umuntu yitwa Yayiro, umukuru w’isinagogi: yitembagaza imbere y’ibirenge vya Yesu, aramwinginga ngw aze i muhira i we,


Yumvise kw ari Yesu Umunyanazareti atangura gutakamba, ati Yesu, mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi.


Imana ni yo buhungiro bgacu n’inkomezi zacu, N’umufasha atabura guseruka mu magorwa.


Yesu amaze kuvukira i Betelehemu mu gihugu c’i Yudaya ku ngoma y’umwami Herode, haza abanyabgenge bavuye i burasirazuba, baja i Yerusalemu,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite