Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Kuko mur’ ivyo ari ho iri jambo rimenyekanira kw ar’ iry’ ukuri, ngo Habiba umwe, hakimbura uwundi.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Kuko wa mugani uvuga ukuri ngo: ‘Umwe arabiba, uwundi akimbura.’

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:37
7 Referans Kwoze  

Uzobiba, ariko ntuzokwimbura; uzokānya elayo, ariko ntuzokwisīga amavuta yayo; ukānye n’imizabibu, ariko ntuzonywa vino yayo.


Ndakarima, birye uwundi, Mbere n’imirima yo mu ndimiro yanje irandurwe!


kuko nagutinye k’ur’ umuntu w’umuhambazi, uterura ivyo utāhateretse, wimbura ivyo utārimye.


Kand’ Abisirayeli iyo bahejeje kurangiriza imbuto hanze, Abamidiyani bādūgana n’Abamaleki n’ abantu b’i burasirazuba, bakabatera,


Umwimbuzi aragererwa, yegeraniriza ivyimburwa mu bugingo budashira; kugira ng’ ūbiba n’uwimbura banezeranwe.


Nabatumye kwimbura ibitābatamije; abandi bāratamye, namwe mwashikiye mu vy’ubutame bgabo.


N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Ūnyizera, ibikorwa jewe nkora na we azobikora: kand’ azokora ibibiruta, kuko jewe ngiye kwa Data.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite