Yohana 4:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Mbega mwebge ntimuvuga ngo hasigaye amezi ane iyimbura rikagera? Ehe ndababgire: Ni mwunamure amaso yanyu murābe imirima, irēze igeze kwimbura. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe35 Mbega ntimuvuga ngo: ‘Hasigaye amezi ane ngo iyimbura rishike’? Umve ndababwire, nimwunamure amaso yanyu murabe! Imirima ireze, igeze kwimbura. Gade chapit la |