Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Nya mugore aramubgira, ati Ndazi ko Mesiya azoza yitwa Kristo; uwo ah’ azozira ni we azoduserurira vyose.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Wa mugore aravuga ati: “Ndazi ko Mesiya (yitwa Kristo) azoza. Niyaza, azodusobanurira vyose.”

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:25
11 Referans Kwoze  

Natanayeli na we aramwishura, ati Mwigisha, ur’ Umwana w’Imana, ni wewe Mwami w’Abisirayeli.


maze babgira uwo mugore, bat’ Ubu ho ntitwizeye kubg’ amajambo yawe gusa, kuko natwe twīyumviye kandi tumenye k’uyu ar’ Umukiza w’isi vy’ukuri.


ati Ni muze murābe umuntu ambariye ivyo nakoze vyose: namb’ ari we Kristo?


Yakobo yavyaye Yosefu, umugabo wa Mariya nyina wa Yesu yitwa Kristo.


Benshi mu Basamariya bo mur’ ico gisagara bamwizera kubg’ amajambo ya wa mugore, yavuze ashinga intahe, at’ Ambariye ivyo nakoze vyose.


Bakoranye, Pilato arababaza, at’ Uwo mugomba ko ndabarekurira ni nde? Ni Baraba, canke ni Yesu yitwa Kristo?


Pilato arababaza, ati None Yesu yitwa Kristo, we ndamugire nte? Bose bati N’abambge.


Uyu musi Umukiza abavukiye mu gisagara ca Dawidi, ni we Kristo Umwami.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite