Yohana 4:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 kuko war’ ufise abagabo batanu, arik’ uwo ufise ubu s’umugabo wawe; ivyo ubivuze ukuri. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe18 Kuko wabanye n’abagabo batanu, kandi n’uwo muri kumwe ubu si umugabo wawe. Ivyo uvuze ni ukuri.” Gade chapit la |