Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Uwo mugore aramubgira, ati Mugenzi, mpa se ayo mazi, sinze ngire inyota, kandi sinze ngaruke kuvoma ino hose.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Wa mugore aramubwira ati: “Nyakwubahwa, mpa kuri ayo mazi kugira ngo sinzosubire kunyoterwa ngo name nza ngaha kuvoma.”

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:15
11 Referans Kwoze  

Baramubgira, bati Mugenzi, na ntaryo uz’ uhore uduha uwo mutsima.


Kukw abaganzwa n’akameremere k’umubiri bitwaririka ivy’ umubiri, kand’ abaganzwa n’impwemu bitwaririka ivy’ impwemu.


Ingero y’icaha n’urupfu; arikw ingabire y’Imana n’ubugingo budashira, bubonerwa muri Kristo Yesu Umwami wacu.


Yesu arabishura, ati N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Ntimundondera kuko mwabonye ibimenyetso, ariko n’uko mwariye kuri ya mitsima, mugahāga.


Hariho benshi babaza, bati Ni nde azogira iciza atwereka? Uhoraho, utwakishirize umuco wo mu nyonga hawe.


Kandi tuzi yuk’ Umwana w’Imana yaje, akaduha ubgenge ngo tumenye Iy’ ukuri, kandi turi mu Y’ukuri, turi mu Mwana wayo Yesu Kristo. Iyo ni yo Mana nyakuri, n’ubugingo budashira.


murasaba ntimuhabge, kuko musaba nabi, kugira ngo muvyononere mu bibahimbara.


Arik’ umuntu afise umubiri n’ubgenge gusa ntiyemera ivya Mpwemu w’Imana: kukw ar’ ubupfu kuri we, kandi ntashobora kubimenya, kuko vyitegerezwa mu buryo bg’impwemu.


Yesu aramubgira, ati Genda uhamagare umugabo wawe, uheze ugaruke ino.


Yesu arababgira, ati Ni jewe mutsima w’ubugingo: ūza kuri jewe ntazosonza na mba, kand’ ūnyizera nta ho azogira inyota na mba.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite