24 kuko Yohana atāribgashirwe mw ibohero.
24 (Aho hari imbere yuko Yohana atabwa mw’ibohero.)
Yumvise ko Yohana yashizwe mw ibohero, aja i Galilaya.
Kuko Herode yari yarafashe Yohana, akamuboha, akamushira mw ibohero kubga Herodiya, muka Filipo mwene se.
Kuko Herode ubgiwe ari we yari yatumye ngo bafate Yohana, aramuboha, amushira mw ibohero, kubga Herodiya muka Filipo mwene se, kuko Herode yamucikije.
Kandi Yohana na we yabatiriza ahitwa Ayinoni, hafi y’i Salimu, kukw aho har’ amazi menshi, abantu bāraza bakabatizwa,