Yohana 3:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Hanyuma y’ivyo Yesu ajana n’abigishwa biwe mu gihugu c’i Yudaya, atebanayo na bo, abatiza. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe22 Hanyuma y’ivyo, Yesu ajana n’abigishwa biwe mu ntara ya Yudaya, agumana na bo igihe abatiza. Gade chapit la |