Yohana 3:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 ng’ ūmwizera wese ahabge ubugingo budashira. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe15 kugira ngo uwumwizera wese aronke ubugingo budashira. Gade chapit la |
Ariko tuzi yuk’ umuntu adatsindanishirizwa n’ibikorwa bishinzwe n’ivyagezwe, arikw atsindanishirizwa no kwizera Yesu Kristo. Natwe twizeye Kristo Yesu, ngo kwizera Kristo kube ari kwo kudutsindanishiriza, atar’ ibikorwa bishinzwe n’ivyagezwe; kukw ata muntu atsindanishirizwa n’ibikorwa bishinzwe n’ivyagezwe.