Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 21:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Arikw abandi bigishwa baza mu bgato, kuko bari hafi y’umusenyi, hāri nk’intambuko ijana, bakwega urusenga rurimw’ ifi.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Abandi bigishwa bagumye mu bwato bakwegera rwa rusenga rwuzuye ifi ku nkengera, kuko bari nko ku metero ijana.

Gade chapit la Kopi




Yohana 21:8
4 Referans Kwoze  

(Kand’ uyo Ogi, umwami w’i Bashani, ni we wenyene yar’ agasigarira k’Abarefa. Uburiri bgiwe bgar’ ubg’ icuma: mbega ntibukir’ i Raba mu Bamoni no kugeza n’ubu? Uburebure bgabgo bgar’ amatambge cenda y’ukuboko uciriye mu nkokora, ubgaguke bgar’ amatambge ane, nk’ukw itambge ry’ ukuboko risanzwe rireha.)


Wa mwigishwa Yesu yakunda abgira Petero, ati N’Umwami Yesu. Simoni Petero yumvise kw ar’ Umwami, akenyera impuzu, kuko yari gusa, araheza yikubita mu kiyaga.


Bafashe i musozi, babonah’ umuriro w’amakara n’ifi zigeretseko, n’umutsima.


Kandi bāri bafise udufi duke; araduhezagira, avuga ko batubagaburira na two.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite