13 Yesu araza, yābīra umutsima, arawubaha, n’ifi n’uko.
13 Nuko Yesu arabegera, abagaburira wa mukate, abaha n’ifi.
Bafashe i musozi, babonah’ umuriro w’amakara n’ifi zigeretseko, n’umutsima.
s’imbere y’abantu bose, arikw imbere y’ivyabona vyatoranijwe n’Imana ivyo bitarabaho, ni twebge, abāsangira na we, turya kandi tunywa, amaze kuzuka mu bapfuye.
ati Hano har’ umuhungu ari n’udutsima dutanu twa sayiri, n’udufi tubiri, ariko tumaze iki mu bantu bangaho?
Maze Yesu yābīra ya mitsima, arayihezagira, ayigaburira abicaye, n’ifi na zo nk’uko bagomba.
Yesu arababgira, ati Ni muzane ifi ku zo muhejeje kuroba.