Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 20:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ni ho hinjiye wa mwigishwa wundi na we, umwe yabanje gushika ku mva, abibonye arizera.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Mu nyuma, wa mwigishwa yashika ku mva ubwa mbere na we yinjira mu mva, aravyibonera kandi arizera.

Gade chapit la Kopi




Yohana 20:8
5 Referans Kwoze  

Abandi bigishwa baramubgira, bati Twabonye Umwami. Na we arabishura, ati Ni ntabona inkovu z’imambo mu biganza vyiwe, ngo nkoze urutoke rwanje mu nkovu z’imambo, ngo nshire urushi mu rubavu rwiwe, sinemera.


Bompi birukira icarimwe, kandi wa mwigishwa wundi asiga Petero, amutanga ku mva.


Yesu aramubgira, ati Wijejwe n’uk’ umbonye. Hahirwa abatarinze kubona, yamara bakizera.


Yesu aramwishura, ati Wijejwe n’uko nkubgiye yuko nakubonye uri musi y’umusukoni? Uzobona ibiruta ivyo.


Aramubgira, ati Ni batumvira Mose n’abāvugishwa n’Imana, ntibokwemera nah’ umuntu yozuka mu bāpfuye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite