Yohana 20:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Bompi birukira icarimwe, kandi wa mwigishwa wundi asiga Petero, amutanga ku mva. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe4 Uko ari babiri bagiye biruka, ariko wa mwigishwa wundi ariruka asiga Petero, ashika ku mva ubwa mbere. Gade chapit la |