10 Maz’ abo bigishwa bavayo basubira i wabo.
10 Maze ba bigishwa baca basubira i muhira.
Igihe kigira kize, mbere kirashitse, aho muhava musābagira, umuntu wese aje mu vyiwe, munte jenyene, ariko sindi jenyene, kuko Data ari kumwe nanje.
Bose baca baritahira.
Ariko Petero ava hasi, yirukira ku mva, arunama, arungurukamwo, abona impuzu zera ziri zonyene: asubira i we, atangajwe n’ibibaye.
Mariya yar’ ahagaze ku mva arira. Akirikw ararira, arunama, arunguruka mu mva,